#Burundi: Guhonyanga agateka ka zina muntu birakomeza muri #Myandagaro 2026: abantu 17 barishwe, 2 baburiwe irengero, abagore 4 barakomereka. Inzego z'umutekano n'ubutungane zirabira hirya, nta matohoza akorwa ngo abakoze bamenyekane bahanwe.
• #Ubutungane (justice)
www.youtube.com/watch?v=F8y_...
